Ibirimwo
15 Ndamukiza 2015
© 2015 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
INTEGURO Y’UKWIGA
1-7 RUHESHI 2015
Bakurambere, mubona gute ivyo kumenyereza abandi?
URUPAPURO 3 • INDIRIMBO: 123, 121
8-14 RUHESHI 2015
Ingene abakurambere bafasha abandi gukwiza ibisabwa
URUPAPURO 9 • INDIRIMBO: 45, 70
15-21 RUHESHI 2015
Woba ufitaniye na Yehova ubugenzi somambike?
URUPAPURO 19 • INDIRIMBO: 91, 11
22-28 RUHESHI 2015
URUPAPURO 24 • INDIRIMBO: 106, 49
IBIGANIRO VY’UKWIGA
▪ Bakurambere, mubona gute ivyo kumenyereza abandi?
▪ Ingene abakurambere bafasha abandi gukwiza ibisabwa
Kubera iki bihambaye ko abakurambere bamenyereza abavukanyi bataraca uruma? Ni uburyo ubuhe bwo kumenyereza abandi buvamwo ivyiza? Abakurambere hamwe n’abamenyerezwa bokwigira iki ku muhanuzi Samweli, Eliya na Elisha? Turihweza inyishu z’ivyo bibazo muri ivyo biganiro bibiri.
▪ Woba ufitaniye na Yehova ubugenzi somambike?
▪ Niwame wizigira Yehova
Kugiranira na Yehova ubucuti bukomeye bizodufasha gutsinda ibigeragezo. Ivyo biganiro bibiri biratwereka ukuntu twokomeza ubucuti dufitaniye na Yehova mu kuguma tuyaga na we no mu kumwizigira mu bihe vyose.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
14 Twarironkeye imihezagiro ‘mu gihe ciza no mu gihe kigoye’
29 Igituma guca umuntu mw’ishengero ari intunganyo iranga urukundo
KU GIPFUKISHO: Umukurambere ariko amenyereza umukozi w’ishengero kwamamaza mu bisagara birimwo uruja n’uruza, bakaba bari kw’ibarabara rya Haiphong Road muri Kowloon
HONG KONG
ABANYAGIHUGU
7.234.800
ABAMAMAJI
5.747
INYIGISHO ZA BIBILIYA
6.382
Biciye kw’ishami ryo muri Hong Kong harabonetse amameza, twa tuntu dufise amapine n’ututayafise hamwe n’udukiyoske birenga 180.000 vyo gushirako ibisohokayandikiro, maze birarungikwa hirya no hino kw’isi