ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 6/04 rup. 7
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2004
Igikorwa dukorera Ubwami—2004
km 6/04 rup. 7

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Ruheshi: Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye. Nimba abantu bavuze ko ata bana bafise, nimushikirize agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba?. Igihe mukoresha ako gatabu, nimwitunire ku gutanguza inyigisho za Bibiliya zo ku muhana. Mukakaro na Myandagaro: Ako ari ko kose mu dutabu tw’impapuro 32 dukurikira koshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Intwaro izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? hamwe na “Voici, je fais toutes choses nouvelles”. Nyakanga: Y a-t-il un Créateur qui se soucie de vous? Nimba ico gitabu ata co mufise, mwoshobora gushikiriza igitabu La vie: comment est-elle apparue? Évolution ou création?

◼ Kugira ngo twiyemeze neza ko Ingoro y’Ubwami ikingiwe, umuntu wa nyuma ahavuye akwiye kwugara urugi akongera agakoresha ubundi buryo bwose buhari bwo gukingira ingoro. Nimba uwo muntu adashoboye kubigira, akwiye gutumako uwubishoboye maze akarorera gushika uwo yatumyeko ahashitse. Abakurambere bakwiye kuguma bafise urutonde rwa vuba ruriko abamamaji b’abizerwa bahawe impfunguzo z’Ingoro y’Ubwami.

◼ Igihe witaba Ihwaniro ry’Intara ryataziriwe ngo “Gendana n’Imana”, uragumiza mu muzirikanyi akamaro ko kugira utwo wanditse muri make, tuzogufasha kugira uruhara mw’isubiramwo rigirwa ku munwa rizoba riri ku rutonde rw’Ikoraniro ry’umurimo ryo mu mpera y’umwaka.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika