ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/10 rup. 3
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 25 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 25 Nzero
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 25 NZERO
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 1/10 rup. 3

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 25 Nzero

INDWI ITANGURA KU WA 25 NZERO

Ururirimbo rwa 143

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

lv ikig. 16 ing. 1-8

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Abacamanza 5-7

No. 1: Abacamanza 7:1-11

No. 2: Dushobora gute kumenya “wa mumaraya akomeye” avugwa mu Vyahishuwe 17:1 uwo ari we?

No. 3: Imvugo ngo “ubukiriro bw’abantu bose” ntishingiye ku Vyanditswe (td 25C)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 102

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Ruhuhuma. Nimwihweze muri make ibiganiro ngirakamaro biri mu bisohokayandikiro bizoshikirizwa muri ukwo kwezi. Nimushiremwo umwerekano w’ukuntu umwamamaji ariko aramamaza akaryo kizanye yoshobora gukoresha igisohokayandikiro kiriko kirashikirizwa muri ukwo kwezi kugira ngo atanguze inyigisho ya Bibiliya.

Imin. 20: “Woba uriko uravyigizayo?” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu. Gishikirizwe n’umukurambere. Nimushiremwo umwerekano w’umwamamaji ariko arasigurira umuganga amuvura intumbero ya ka gakarata DPA maze agasaba yuko gashirwa muri dosiye yiwe. Uwo muganga aramwemerera kubigira. Mu gusozera, nusome ingingo ya nyuma.

Ururirimbo rwa 160

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika