ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/11 rup. 4
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 6 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 6 Ruheshi
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 6 RUHESHI
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 5/11 rup. 4

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 6 Ruheshi

INDWI ITANGURA KU WA 6 RUHESHI

Ururirimbo rwa 68 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 4 ing. 13-20, n’uruzitiro ruri ku rup. 34 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Zaburi 34-37 (Imin. 10)

No. 1: Zaburi 35:1-18 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Gushinga intahe bituma tutagirwa n’amaraso—(td 4C) (Imin. 5)

No. 3: Twokwigira iki ku bivugwa muri Luka 12:13- 15, 21? (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 126

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Nukoreshe ibibazo kugira wigishe mu buryo kirumara—Igice ca 2. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, kuva ku rupapuro rwa 237 ingingo ya 3, gushika ku rwa 238 ingingo ya 5. Nimugire umwerekano mugufi mwisunze iciyumviro kimwe canke bibiri bikuwe muri ayo mayagwa.

Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.

Imin. 10: Ni ibiki twaranguye? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nukeze ishengero ku bw’igikorwa ryakoze mu kiringo c’Icibutso, hanyuma uvuge muri rusangi ivyaranguwe. Nusabe abumviriza bigane ivyo biboneye igihe bariko barakora ubutsimvyi bwo gufasha muri Ntwarante, Ndamukiza na Rusama.

Ururirimbo rwa 83 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika