ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/12 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Ruhuhuma
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 13 RUHUHUMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 2/12 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Ruhuhuma

INDWI ITANGURA KU WA 13 RUHUHUMA

Ururirimbo rwa 7 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 16 ing. 13-18 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yesaya 52-57 (Imin. 10)

No. 1: Yesaya 56:1-12 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Dushobora gute kwungukira ku karorero k’ukudahemuka ka Petero?—Yoh. 6:68, 69 (Imin. 5)

No. 3: Igihe akaruhuko k’Imana k’Isabato katanguriyeko n’igihe kazoherera (td 18C) (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 117

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Nutsimbataze ubuhanga bw’ukwigisha—Igice ca 1. Insiguro ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku urupapuro rwa 56 ingingo ya 1 gushika ku rupapuro rwa 57 ingingo ya 2.

Imin. 10: Imana ni yo ikuza. (1 Kor. 3:6) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Nzero 2008 urupapuro rwa 15 ingingo ya 13-14, be n’uwo ku wa 1 Gitugutu 1998 urupapuro rwa 5 ingingo ya 2 gushika ku rupapuro rwa 6 ingingo ya 1. Raba kandi igitabu c’umwaka co mu 2011 urupapuro rwa 55 ingingo ya 1-2, n’urupapuro rwa 138 ingingo ya 3 gushika ku rupapuro rwa 139 ingingo ya 1. Saba abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.

Imin. 10: “Niwishingire umugambi ubu wo kwagura ubusuku bwawe.” Ibibazo n’inyishu. Igihe murimbura ingingo ya 3, nusabe umucungezi w’umurimo avuge muri make intunganyo zagizwe mw’ishengero iwanyu ku bw’amakoraniro yo gusohoka mu ndimiro muri Ntwarante, Ndamukiza na Rusama.

Ururirimbo rwa 107 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika