ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/13 rup. 3
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Kigarama
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 23 KIGARAMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 12/13 rup. 3

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Kigarama

INDWI ITANGURA KU WA 23 KIGARAMA

Ururirimbo rwa 127 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jl icigwa 23-25 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Ivyahishuwe 7-14 (Imin. 10)

No. 1: Ivyahishuwe 9:1-21 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Uburyo butandukanye abakirisu bokwerekana ubwakiranyi nyakuri—Heb. 13:2 (Imin. 5)

No. 3: Imana yoba ibona ivyiza bisa n’ibiri mu madini yose?—td 9D (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 124

Imin. 10: Ivyo tuzoshikiriza muri Nzero na Ruhuhuma. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimwihweze ibintu nyamukuru biranga ivyo tuzoshikiriza, hanyuma hagirwe imyerekano ibiri y’ingene vyoshikirizwa.

Imin. 20: “Gufasha abataragera kwiga igitabu Ivyo Bibiliya yigisha.” Ibibazo n’inyishu. Nimugire umwerekano mwisunze kimwe mu vyiyumviro vyavuzwe ku rupapuro rwa 6.

Ururirimbo rwa 46 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika