Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Ruhuhuma
INDWI ITANGURA KU WA 10 RUHUHUMA
Ururirimbo rwa 57 n’isengesho
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
cl ikig. 2 ing. 21-24, n’uruzitiro ruri ku rup. 24 (Imin. 30)
Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Itanguriro 25-28 (Imin. 10)
No. 1: Itanguriro 25:19-34 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Kubera iki bitoshobotse ko twiyegereza Yehova ata wubidufashijemwo?—cf rup. 15 ing. 1-2 (Imin. 5)
No. 3: Ingene twohitamwo abagenzi somambike—lv rup. 31 ing. 12–rup. 32 ing. 15 (Imin. 5)
Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 15: Hatwigisha iki? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Saba abumviriza basome Yohani 4:6-26. Nimwihweze ukuntu ibivugwamwo bishobora kudufasha mu busuku.
Imin. 15: “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Kwandika ibijanye n’abashimishijwe.” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Igihe murimbura buri ciyumviro cose kiri munsi y’ahanditse ngo “Uko twobigira,” nusabe abumviriza bavuge ukuntu ivyo vyiyumviro vyatanzwe ari ngirakamaro.
Ururirimbo rwa 98 n’isengesho