Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 14 Nyakanga
INDWI ITANGURA KU WA 14 NYAKANGA
Ururirimbo rwa 50 n’isengesho
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
cl ikig. 30 ing. 10-18 (Imin. 30)
Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: 2 Abami 16-18 (Imin. 8)
No. 1: 2 Abami 17:12-18 (Imin. 3 canke idashika)
No. 2: Woshobora gute kwungukira cane ku busomyi bwawe bwa Bibiliya?—igw rup. 32 (Imin. 5)
No. 3: Ebedi-meleki—Umutwe: Ntutinye, kandi utere iteka abasavyi b’Imana—jr rup. 188-190; w12 1/5 rup. 31 (Imin. 5)
Ikoraniro ry’umurimo:
Icivugo c’uku kwezi: “Gushingira intahe inogangije inkuru nziza.”—Ivyak. 20:24.
Imin. 10: “Gushingira intahe inogangije inkuru nziza.” Insiguro ishingiye ku civugo c’uku kwezi no ku gitabu Nushinge intahe, ikigabane 1, ingingo ya 1-11.—Ivyak. 20:24.
Imin. 20: “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Kwamamaza mu bibanza bikorerwamwo ivy’ubudandaji.” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimugire umwerekano ugizwe n’ibice biri. Mu gice ca mbere, umwamamaji ntakoresha ubukerebutsi igihe arondera kubwira inkuru nziza umudandaza. Mu gice ca kabiri, umwerekano ni wa wundi nyene, ariko ubu hoho arakoresha ubukerebutsi. Mu nyuma, nusabe abumviriza bavuge igituma uwo mwerekano ugira kabiri ari wo mwiza.
Ururirimbo rwa 96 n’isengesho