ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ruheshi rup. 6
  • 27 Ruheshi–3 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 27 Ruheshi–3 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ruheshi rup. 6

27 Ruheshi–3 Mukakaro

ZABURI 52-59

  • Ururirimbo rwa 38 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Terera umuzigo wawe kuri Yehova”: (Imin. 10)

    • Zb 55:2, 4, 5, 16-18​—Dawidi vyarashika akagira amaganya menshi (w06 1/6 11 ing. 3; w96-F 1/4 27 ing. 2)

    • Zb 55:12-14​—Umuhungu wiwe n’umugenzi somambike wiwe baramugiriye umugambi mubi (w96-F 1/4 30 ing. 1)

    • Zb 55:22​—Dawidi yarizigira ko Yehova yomufashije (w06 1/6 11 ing. 4; w99-F 15/3 22-23)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 56:8​—“Nushire amosozi yanje mu mukuza wawe w’urushato.” Ayo majambo asobanura iki? (w09 1/6 29 ing. 1; w08 1/10 26 ing. 3)

    • Zb 59:1, 2​—Ivyashikiye Dawidi bitwigisha iki ku bijanye n’isengesho? (w08 15/3 14 ing. 13)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 52:1–53:6

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Shikiriza agapapuro k’inkuru nziza. Mubwire ibijanye na jw.org canke akamenyetso kari ku rupapuro rwa nyuma katujana kuri urwo rubuga.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nusubire kugendera umuntu yakiriye agapapuro k’inkuru nziza.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 3 ing. 2-3​—Mu gusozera inyigisho, mubwire ivyerekeye akavidewo ko kuri jw.org kitwa Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana? umwereke n’aho yogasanga.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 56

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)

  • “Imana ni yo mufasha wanje”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nuhe abumviriza akaryo gakwiye ko kwishura ibibazo vyatanzwe kugira baremeshwe n’ivyo abandi baciyemwo. (Rm 1:12) Remesha abamamaji gukoresha Igitabu c’ubushakashatsi kugira baronke imfashanyo yo mw’Ijambo ry’Imana igihe bahuye n’ingorane.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 18 ing. 14-21, n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 121 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika