ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Munyonyo rup. 8
  • Wa Mushulamukazi ni akarorero dukwiye kwigana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Wa Mushulamukazi ni akarorero dukwiye kwigana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Akarorero wokwigana—Wa Mushulamukazi
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu c’Indirimbo ya Salomo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Urukundo rudahera rwoba rushoboka?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Amasigarira asa na wa Mushulamukazi
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Munyonyo rup. 8

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | INDIRIMBO YA SALOMO 1-8

Wa Mushulamukazi ni akarorero dukwiye kwigana

Ni ibiki vyatumye uwo mwigeme abera akarorero kadasanzwe abasavyi ba Yehova?

2:7; 4:12

Wa Mushulamukazi ari kumwe n’abakobwa b’i Yeruzalemu
  • Yafashe ingingo nziza yo kurindira uwo akunda vy’ukuri

  • Yaranse kuja ku mohe y’abandi ngo akundane n’uwuhita wese

  • Yaricisha bugufi, akifata ruto kandi ntiyaja mu vy’ubuhumbu

  • Urukundo rwiwe ntirwagurwa inzahabu canke amajambo asosa

Niwibaze uti:

‘Norushiriza gute kwigana wa Mushulamukazi?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika