ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Munyonyo rup. 8
  • 28 Munyonyo–4 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 28 Munyonyo–4 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Udutwe
  • UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Munyonyo rup. 8

28 Munyonyo–4 Kigarama

INDIRIMBO YA SALOMO 1-8

  • Ururirimbo rwa 106 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Wa Mushulamukazi ni akarorero dukwiye kwigana”: (Imin. 10)

    • [Erekana videwo ivuga Incamake y’igitabu c’Indirimbo ya Salomo.]

    • Ind 2:7; 3:5—Wa Mushulamukazi yiyemeje kurindira uwo akunda vy’ukuri (w15 15/1 31 ing. 11-13)

    • Ind 4:12; 8:8-10—Muri ico gihe yari arindiriye, yagumye ari intahemuka kandi yirinda ubuhumbu (w15 15/1 32 ing. 14-16)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ind 2:1—Ni ibiki vyongereza ubwiza bwa wa Mushulamukazi? (w15 15/1 31 ing. 13)

    • Ind 8:6—Kubera iki urukundo ruvugwa ko ari “urubeya rwa Ya”? (w15 15/1 29 ing. 3; w06 15/11 20 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ind 2:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) bh—Koresha akavidewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? kugira umwerekeze kuri ico gitabu. (Menya ibi: Nturinde kwerekana iyo videwo muri uwo mwerekano.)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) bh—Mutumire kw’ikoraniro.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 30-31 ing. 8-9

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 115

  • “Urwaruka ruribaza​—Noba ngeze kurondera uwo dukundana?”: (Imin. 9) Insiguro ishingiye ku kiganiro kivuga ngo “Urwaruka ruribaza​—Noba ngeze kurondera uwo dukundana?”

  • Rwoba ari urukundo canke ni igihababu?: (Imin. 6) Nimurabe mwongere muganire ku kavidewo kavuga ngo Rwoba ari urukundo canke ni igihababu?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 4 ing. 16-23, n’uruzitiro “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 34 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika