ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ntwarante rup. 4
  • Abantu ntibashobora kuroranirwa batayobowe na Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abantu ntibashobora kuroranirwa batayobowe na Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Ibirimwo
    Be maso!—2022
  • “Abungere bameze nk’uko umutima wanje ugomba”
    Ijambo Imana itubwira biciye kuri Yeremiya
  • Abungere babera ‘ivyitegererezo ubusho’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • “Ndi kumwe nawe kugira nkurokore”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ntwarante rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 8-11

Abantu ntibashobora kuroranirwa batayobowe na Yehova

Abantu nta bushobozi canke uburenganzira bafise bwo kwiyobora

10:21-23

  • Abisirayeli barashwiragiye kubera ko abungere babo batahanuza Yehova

    Abungere bayobora Isirayeli bariko bambaza imana z’ikinyoma; Yeruzalemu itikizwa
  • Abemeye Yehova akabayobora barironkeye amahoro, agahimbare, baratunga baratunganirwa

    Umwisirayeli ariko arasoma amategeko y’Imana, we n’umuryango wiwe bakibera mu mahoro, mu gahimbare, bagatunga bagatunganirwa
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika