UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 1-4
“Ndi kumwe nawe kugira nkurokore”
Integuro icapuwe
Yeremiya ashobora kuba yari afise imyaka yababa 25 igihe Yehova yamugira umuhanuzi. Yumvise umengo iryo banga riramurengeye, mugabo Yehova yaramuremesheje amubwira ko azoguma ari kumwe na we.
647
Yeremiya aba umuhanuzi
607
Yeruzalemu itikizwa
580
Igitabu kirangira kwandikwa
Imyaka yose ni iy’imbere ya Kristu