ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ntwarante rup. 6
  • Fasha umuryango wawe kwibuka Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Fasha umuryango wawe kwibuka Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Intunganyo ifasha imiryango
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Ugusenga kwo mu muryango—Mwoba mwotuma kurushiriza kuryoha?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • “Aya majambo . . . aze abe ku mutima wawe”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Nimusenge Yehova uko mugize umuryango
    Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ntwarante rup. 6

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Fasha umuryango wawe kwibuka Yehova

Yeremiya yahawe igikorwa co kuburira Abayuda yuko botikijwe kubera ko bibagiye Imana yabo Yehova. (Yr 13:25) None iryo hanga vyari vyarigendeye gute? Imiryango y’Abisirayeli ntiyari icisunga Imana. Biboneka ko abavyeyi batakurikiza itegeko Yehova yatanze mu Gusubira mu vyagezwe 6:5-7.

Umuvyeyi yireranye abana ariko aragira Ugusenga kwo mu muryango ari kumwe n’abana biwe; umuryango uriko urakoresha ikarata y’ibihugu vyo muri Bibiliya mu Gusenga kwo mu muryango

Muri iki gihe na ho nyene, iyo imiryango yisunga Imana amashengero arakomera. Abavyeyi bofasha imiryango yabo kwibuka Yehova mu kugira Ugusenga kwo mu muryango mu buryo bwiza kandi ata gusiba. (Zb 22:27) Umaze kuraba videwo ivuga ngo “Aya majambo . . . aze abe ku mutima wawe”​—Ivyavuzwe n’imiryango, wokwishura gute utu tubazo:

  • Imiryango imwimwe yatoreye umuti gute ibintu bikunze kubera intambamyi Ugusenga kwo mu muryango?

  • Kugira Ugusenga kwo mu muryango mu buryo bwiza kandi mudasiba bivamwo ivyiza ibihe?

  • Ni ibiki bingora ku bijanye n’Ugusenga kwo mu muryango, kandi nzobitunganya gute?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika