ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ruheshi rup. 5
  • 19-25 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 19-25 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ruheshi rup. 5

19-25 Ruheshi

EZEKIYELI 1-5

  • Ururirimbo rwa 75 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ezekiyeli yararyoherwa no kuvuga ubutumwa bw’Imana”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Ezekiyeli.]

    • Ezk 2:9–3:2​—Ezekiyeli yarariye umuzingo urimwo “uturirimbo tw’intimba, n’iminihagiro, n’amaborogo” (w08 15/7 8 ing. 6-7; it-1 1202)

    • Ezk 3:3​—Ezekiyeli yarashima igikorwa co kuba umuhanuzi wa Yehova (w07 1/7 12 ing. 3)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 1:20, 21, 26-28​—Uwo mukogote wo mw’ijuru ugereranya iki? (w07 1/7 11 ing. 6)

    • Ezk 4:1-7​—Ezekiyeli yoba vy’ukuri yarakoze ivyo bintu vyerekana ukuntu Yeruzalemu yari igiye gusugerezwa? (w07 1/7 12 ing. 4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 1:1-14

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) T-32​—Cira inzira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) T-32​—Mwereke akavidewo kajanye n’agatabu Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare, uce umushikiriza ako gatabu.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 142-143 ing. 20-21​—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 153

  • “Nezererwa igikorwa co kuvuga inkuru nziza”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo Kwiyigisha no kuzirikana biragarukana umunezero.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 14 ing. 1-7

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 32 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika