ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ruheshi rup. 5
  • Ezekiyeli yararyoherwa no kuvuga ubutumwa bw’Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ezekiyeli yararyoherwa no kuvuga ubutumwa bw’Imana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Ingene Yehova adufasha kurangura igikorwa cacu
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Ezekiyeli—Igice ca 1
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Ezekiyeli—Igice ca 2
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • “Shira Umutima ku” Rusengero rw’Imana!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ruheshi rup. 5

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 1-5

Ezekiyeli yararyoherwa no kuvuga ubutumwa bw’Imana

Mu vyo Ezekiyeli yeretswe, Yehova yaramuhaye umuzingo ngo awurye. Ivyo vyasobanura iki?

2:9–3:2

  • Ezekiyeli yategerezwa kunyurwa bimwe bishitse n’ubutumwa bw’Imana. Kuzirikana ku butumwa buri muri uwo muzingo vyotumye bumushika i bwina mu mutima, bikamusunikira kubuvuga

3:3

  • Uwo muzingo warasoseye Ezekiyeli kubera ko yagumye abona neza igikorwa yashinzwe

Ezekiyeli amaze kurya umuzingo ugereranya ubutumwa bw’Imana, arabushikiriza abagabo bo muri Isirayeli

Kwiga Bibiliya, kuzirikana no gusenga vyomfasha gute?

Nokora iki ngo ngume mbona neza igikorwa co kuvuga ubutumwa?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika