ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Nyakanga rup. 4
  • 11-17 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 11-17 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Nyakanga rup. 4

11-17 Nyakanga

EZEKIYELI 46-48

  • Ururirimbo rwa 139 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Imihezagiro Abisirayeli boronse bagarukanywe”: (Imin. 10)

    • Ezk 47:1, 7-12​—Igihugu cokwimbutse (w99 1/3 19 ing. 11-12)

    • Ezk 47:13, 14​—Umuryango wose woronse intoranwa (w99 1/3 19 ing. 10)

    • Ezk 48:9, 10​—Imbere y’uko bagabangana ico gihugu, bobanje guha Yehova igice kidasanzwe c’ubutaka nk’“intererano”

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 47:1, 8; 48:30, 32-34​—Kubera iki Abayuda bari mu bunyagano batari bakwiye kwitega ko ivy’urusengero Ezekiyeli yeretswe biranguka vyose ijambo ku rindi? (w99 1/3 20 ing. 14)

    • Ezk 47:6​—Kubera iki Ezekiyeli yitwa “umwana w’umuntu”? (it-1 903)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 48:13-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp17.5 rup. 3-8​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp17.5​—Ico kinyamakuru ni co waheruka gutanga. Gira isubirayo uce umwereka kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha Bibiliya.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 34 ing. 17​—Mutumire kw’ikoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 62

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8) Murashobora kuganira ku vyigwa dukura mu Gitabu c’umwaka. (yb17 64-65)

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana videwo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 17 ing. 19-20, uruzitiro “Amashure amenyereza abasuku b’ubwami” n’isubiramwo “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 49 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika