ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Rusama rup. 5
  • 21-27 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 21-27 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Rusama rup. 5

21-27 Rusama

MARIKO 11-12

  • Ururirimbo rwa 34 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yatiburiyeyo vyinshi gusumvya abo bose”: (Imin. 10)

    • Mr 12:41, 42​—Igihe Yezu yari ku rusengero yaritegereje umupfakazi w’umworo yatiburiye uduceri tubiri tw’agaciro gato cane mu dusandugu two mw’ishikaniro (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Mr 12:43​—Yezu yarashimye cane iryo shikanwa ryiwe, aranabibwira abigishwa biwe (w97 1/11 12-13 ing. 16-17)

    • Mr 12:44​—Intererano y’uwo mupfakazi yari n’agaciro kanini imbere ya Yehova (w97 1/11 13 ing. 17; w87 1/12 30  ing. 1; cl 185 ing. 15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mr 11:17​—Ni kubera iki Yezu yise urusengero “inzu yo gusengeramwo ku mahanga yose”? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Mr 11:27, 28​—“Ibintu” Yezu yakoze abansi biwe bariko baravuga ni ibiki? (jy rup. 244 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 12:13-27

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Uwo muntu akubwiye ko aheruka kubura uwiwe.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 118

  • Ukwizera kurakora: (Imin. 15) Erekana iyo videwo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 21

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 98 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika