ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nyakanga rup. 3
  • Yezu abwira inkuru nziza Umusamariyakazi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu abwira inkuru nziza Umusamariyakazi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Turi Ivyabona igihe cose
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Urashobora gushinga intahe akaryo kizanye!
    Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Shemeza Yehova mu gushinga intahe akaryo kizanye
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Gutanguza ikiyago kugira wamamaze akaryo kizanye
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nyakanga rup. 3
Yezu ariko avugana n’Umusamariyakazi kw’iriba; wa Musamariyakazi ariko abwira abandi ivyerekeye Yezu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 3-4

Yezu abwira inkuru nziza Umusamariyakazi

4:6-26, 39-41

Ni ibiki vyafashije Yezu gushinga intahe akaryo kizanye?

  • 4:7​—Yatanguje ikiyago mu gusaba uwo mugore amazi yo kunywa aho gushoka amubwira ivyerekeye Ubwami canke ko ari Mesiya

  • 4:9​—Ntiyinuvye uwo Musamariyakazi afatiye ku bwoko bwiwe

  • 4:9, 12​—Igihe nya mugore yavuga ibintu vyari gushobora kuvyura impari, Yezu yagumye ku ciyumviro yariko.​—cf 77 ing. 3

  • 4:10​—Yezu yafatiye ku vyo uwo mugore yari amenyereye mu buzima bwa misi yose

  • 4:16-19​—Naho uwo mugore yari abayeho mu buhumbu, Yezu yamufatanye icubahiro

Iyi nkuru yerekana gute akamaro ko gushinga intahe akaryo kizanye?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika