ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nyakanga rup. 4
  • 17-23 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 17-23 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nyakanga rup. 4

17-23 Nyakanga

YOHANI 5-6

  • Ururirimbo rwa 2 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nukurikire Yezu ubitumwe n’imvo nziza”: (Imin. 10)

    • Yoh 6:9-11​—Yezu yaragaburiye isinzi rinini ku gitangaro (nwtsty amakuru adufasha kwiga Yoh 6:10)

    • Yoh 6:14, 24​—Abantu bahavuye batahura ko Yezu yari Mesiya hanyuma baramurondera no ku musi wakurikiye (nwtsty amakuru adufasha kwiga Yoh 6:14)

    • Yoh 6:25-27, 54, 60, 66-69​—Kubera ko abo bantu bariko bakurikira Yezu babitumwe n’ubwikunzi, baratsitajwe n’ivyo yavuze (nwtsty amakuru adufasha kwiga Yoh 6:27, 54; w05 1/9 21 ing. 13-14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yoh 6:44​—Yehova akwegera gute abantu kuri we? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 6:64​—Ni mu buryo ki Yezu yari azi “kuva mu ntango” ko Yuda yomuguze? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 6:41-59

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Uwo muntu akubwiye ko ari umukirisu.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 31

  • Wabigenjeje gute?: (Imin. 5) Guhana ijambo. Baza abumviriza bavuge ivyo biboneye igihe bagerageza kuyagisha abantu bigatuma bashinga intahe.

  • “Nta na kimwe capfuye ubusa”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana agace k’ividewo ivuga ngo Inyubakwa zitabangamira ibidukikije ziratera iteka Yehova.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 35 ing. 28-36

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 89 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika