ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Munyonyo rup. 5
  • Ivyiza biriko birava ku gukoresha ka kantu k’amapine kw’isi yose

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyiza biriko birava ku gukoresha ka kantu k’amapine kw’isi yose
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Vyose vyavuye ku kumwenyura!
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Yemwe abageze mu zabukuru, muri n’ico mumariye ishengero
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
  • Ingene twokwamamaza dukoresheje imeza canke ka kantu gafise amapine
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Barishuye mu bwitonzi abapadiri barakaye
    Inkuru z’ivyabaye
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Munyonyo rup. 5
Abavukanyi babiri bariko baramamaza ku mugaragaro

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ivyiza biriko birava ku gukoresha ka kantu k’amapine kw’isi yose

Mu Vyakozwe ikigabane ca 5 herekana ko abakirisu bo mu kinjana ca mbere baja ku rusengero kubwira abantu inkuru nziza, ico kikaba cari ikibanza cahuriramwo abantu benshi. (Ivk 5:19-21, 42) Muri iki gihe, turamaze kuronka ivyiza vyinshi kubera kwamamaza mu bibanza bihuriramwo abantu benshi dukoresheje ka kantu k’amapine.

RABA IVIDEWO IVUGA NGO IVYIZA BIRIKO BIRAVA KU GUKORESHA KA KANTU K’AMAPINE KW’ISI YOSE, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Mi Jung You ariko aramamaza ku mugaragaro; Jacob Salomé; Annies n’umugabo wiwe bariko baramamaza ku mugaragaro

    Kwamamaza dukoresheje akantu k’amapine vyatanguye ryari kandi gute?

  • Ka kantu k’amapine gafise ivyiza ibihe ukagereranije n’akameza?

  • Inkuru ya Mi Jung You itwigisha iki?

  • Inkuru ya Jacob Salomé yerekana gute akamaro ko kwamamaza dukoresheje akantu k’amapine?

  • Inkuru ya Annies n’umugabo wiwe itwigisha iki mu bijanye no gukoresha ka kantu k’amapine mu buryo ngirakamaro?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika