Umucungezi w’umuzunguruko n’umugore wiwe, mu Bufaransa mu 1957
Ingene twotanguza ibiyago
●○○MUGIHURA
Ikibazo: Imana yitwa nde?
Icanditswe: Zb 83:18
Ubukurikira: Twemezwa n’iki ko Yehova Imana yipfuza ko tuba abagenzi biwe?
○●○USUBIYEYO UBWA MBERE
Ikibazo: Twemezwa n’iki ko Yehova Imana yipfuza ko tuba abagenzi biwe?
Icanditswe: Yak 4:8
Ubukurikira: Twokora iki kugira tube abagenzi b’Imana?
○○●USUBIYEYO UBWA KABIRI
Ikibazo: Twokora iki kugira tube abagenzi b’Imana?
Icanditswe: Yoh 17:3
Ubukurikira: Twokwiyegereza Imana gute kandi tudashobora kuyibona?