ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Nzero rup. 2
  • 7-13 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 7-13 Nzero
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Nzero rup. 2

7-13 Nzero

IVYAKOZWE 21-22

  • Ururirimbo rwa 55 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Igomba rya Yehova niribe”: (Imin. 10)

    • Ivk 21:8-12​—Abavukanyi baringinze Paulo ngo ntaje i Yeruzalemu kuko yari gushikirwa n’ivyago (bt 177-178 ing. 15-16)

    • Ivk 21:13​—Paulo yagumye yiyemeje gukora ivyo Yehova agomba (bt 178 ing. 17)

    • Ivk 21:14​—Bamaze kubona ko Paulo yanse baciye bamureka (bt 178 ing. 18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ivk 21:23, 24​—Kubera iki abakurambere b’i Yeruzalemu basavye Paulo gukora ibivugwa muri iyi mirongo kandi abakirisu batari bakigengwa n’Itegeko rya Musa? (bt 184-185 ing. 10-12)

    • Ivk 22:16​—Ibicumuro vya Paulo vyari kwozwa gute? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 21:1-19 (th icigwa ca 5)a

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Intangamarara nziza, muce muganira ku cigwa ca 1 c’agatabu Kwigisha.

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w10 1/2 13 ing. 2–14 ing. 2​—Umutwe: Abakirisu boba basabwa kwubahiriza Isabato ya buri ndwi? (th icigwa ca 1)b

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 134

  • “Barigishijwe na Yehova kurera abana babo”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 49

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 70 n’isengesho

a b Menya neza: Guhera kuri aka gatabu k’ikoraniro, buri kiganiro c’umunyeshure kizoba gifise mu tuzitizo inota azokorerako ryo mu gatabu Niwijukire gusoma no kwigisha (th).

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika