ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ruheshi rup. 4
  • 17-23 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 17-23 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ruheshi rup. 4

17-23 Ruheshi

ABANYEFESO 4-6

  • Ururirimbo rwa 71 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana”: (Imin. 10)

    • Ef 6:11-13​—Turakeneye kwikingira Shetani n’amadayimoni yiwe (w18.05 27 ing. 1)

    • Ef 6:14, 15​—Niwikingire ukoresheje ukuri, ubugororotsi be n’inkuru nziza y’amahoro (w18.05 28-29 ing. 4, 7,  10)

    • Ef 6:16, 17​—Niwikingire ukoresheje ukwizera, icizigiro c’ubukiriro be n’Ijambo ry’Imana (w18.05 29-31 ing. 13, 16,  20)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ef 4:30​—Umuntu ashobora gute gutuntuza impwemu nyeranda y’Imana? (it-2 859-860 ing. 7)

    • Ef 5:5​—Ni mu buryo ki umunyamunoho asenga ibigirwamana? (it-1 237 ing. 9)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ef 4:17-32 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 6)

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, muce muyiganirako. (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 135

  • “Yehova abibona gute?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Nubandanye gutahura ivyo Yehova agomba (Lw 19:18).

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 71

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 34 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika