ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Mukakaro rup. 4
  • Ihishurwa rya wa mugarariji

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ihishurwa rya wa mugarariji
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • “Mugume muri maso”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Mukakaro rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 2 ABATESALONIKA 1-3

Ihishurwa rya wa mugarariji

2:6-12

Ni ibiki Paulo yashaka kuvuga muri iyi mirongo?

  • Abahuni bariko barahungabanya ikoraniro ry’ishengero ryo mu ntango

    “Intambamyi” (umurongo wa 6)​—Birashoboka ko ari intumwa

  • “Ahishurwe” (umurongo wa 6)​—Inyuma y’urupfu rw’intumwa, abahuni baratanguye kwigisha ku mugaragaro inyigisho z’ikinyoma no gushira ahabona ubwiyorobetsi bwabo

  • “Akayobera k’ubwo bugarariji” (umurongo wa 7)​—“Nya mugarariji” ntiyari bwamenyekane neza mu gihe ca Paulo

  • Umugwi w’abakuru b’idini uriko uratombokera umuvukanyi afise Bibiliya

    “Umugarariji” (umurongo wa 8)​—Muri iki gihe, ni indongozi z’amadini y’abiyita abakirisu tuzifatiye hamwe

  • ‘Umukama Yezu azokuraho nya mugarariji biciye ku kwigaragaza kw’ukuhaba kwiwe’ (umurongo wa 8)​—Yezu azokwerekana ko ari Umwami mw’ijuru niyashitsa imanza za Yehova kuri iyi si ya Shetani, ushizemwo na “nya mugarariji”

Iyo mirongo igufasha gute kwamamaza n’umwete kandi ubona ko ibintu vyihutirwa?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika