ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Mukakaro rup. 5
  • 22-28 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 22-28 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Mukakaro rup. 5

22-28 Mukakaro

1 TIMOTEYO 1-3

  • Ururirimbo rwa 103 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nurondere gushikira igikorwa ciza”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 1 Timoteyo.]

    • 1Tm 3:1​—Abavukanyi baremeshwa kurondera kuba abakurambere (w16.08 21 ing. 3)

    • 1Tm 3:13​—Abavukanyi bakora neza bararonka imihezagiro (km 9/78 4 ing. 7)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 1Tm 1:4​—Kubera iki Paulo yagabishije Timoteyo kutumviriza inkuru z’ivy’amamuko? (it-1 980)

    • 1Tm 1:17​—Kubera iki Yehova ari we wenyene akwiriye kwitwa “Umwami w’ibihe bidahera”? (cl 12 ing. 15)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Tm 2:1-15 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 2)

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) lvs 47-48 ing. 6-7 (th icigwa ca 6)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 137

  • Igikorwa abakiri bato bakoreye i Warwick kiraninahaza Yehova: (Imin. 6) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimuce muganira kuri ibi bibazo:

    Abavukanyi na bashiki bacu bakiri bato bafashije gute mu bwubatsi bwa Beteli y’i Warwick, kandi bavyungukiyeko gute?

    Abakiri bato bo mw’ishengero bafise uturyo utuhe two kuninahaza Yehova?

  • “Wobigirako iki?”: (Imin. 9) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ubaha abazi utuntu n’utundi.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 76

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 115 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika