UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 TIMOTEYO 1-3
Nurondere gushikira igikorwa ciza
Ni vyiza ko abavukanyi bitegurira gukora vyinshi mw’ishengero kuva bakiri bato. Ivyo birabaronsa akaryo ko kumenyerezwa no kwerekana ko bakwije ibisabwa vyotuma bagenwa kuba abakozi b’ishengero nibamara gukura. (1Tm 3:10) None umuvukanyi yokwitegura gute? Yogaragaza kandi agatsimbataza kamere zikurikira:
Kwitanga.—km 7/13 2-3 ing. 2
Gukura mu vy’impwemu.—km 7/13 3 ing. 3
Kuba umwizigirwa.—km 7/13 3 ing. 4