ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Mukakaro rup. 8
  • Wobigirako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Wobigirako iki?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Niwubahe abandi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
  • Icubahiro caroye he?
    Be maso!—2024
  • Bavukanyi mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Bavukanyi, nimubibe ku bw’impwemu maze mukwize ibisabwa kugira mushingwe amabanga!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Mukakaro rup. 8
Elisha ariko araraba Eliya igihe agaburamwo kubiri Yorodani akoresheje impuzu yiwe y’ibango

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Wobigirako iki?

Woba uri umukozi w’ishengero mushasha canke umukurambere mushasha? Ushobora kuba ufise ubuhanga, ububangukirwe, canke amashure abandi bagabo bagenywe mw’ishengero iwanyu badafise. Ariko rero, hari vyinshi wokwigira kuri abo bavukanyi be n’abandi bagabo b’abizigirwa batakirangura iryo banga kubera ubusaza, amagara make canke amabanga yo mu muryango.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO UBAHA ABAZI UTUNTU N’UTUNDI, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  1. Umuvukanyi Déo ariko arasomera icanditswe Didasi

    1. Umuvukanyi Déo yerekanye gute ko yubaha umuvukanyi Mariko?

  2. Didasi ariko arasubiramwo amakarata y’icibare

    2. Ni ikosa irihe Didasi yakoze, kandi kubera iki?

  3. Umuvukanyi Mariko ariko araganira na Didasi bihereza n’akanyobwa

    3. Ni ibiki Didasi yigiye ku karorero ka Elisha?

  4. 4. Waba uri umuvukanyi canke mushiki wacu, wokwerekana gute ko wubaha abakirisu bazi utuntu n’utundi kandi ko wipfuza kugira ivyo ubigiyeko?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika