29 Mukakaro–4 Myandagaro
1 TIMOTEYO 4-6
Ururirimbo rwa 80 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kwihebera Imana canke ubutunzi”: (Imin. 10)
1Tm 6:6-8—Ivyiza biva ku “kwihebera Imana kuri kumwe n’ukwikwira” (w03 1/6 9 ing. 1-2)
1Tm 6:9—Ingaruka mbi zo kwiyemeza kuba umutunzi (g 6/07 6 ing. 2)
1Tm 6:10—Imibabaro iva ku gukunda amahera (g 11/08 6 ing. 4-6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
1Tm 4:2—Ni mu buryo ki umuntu atuma ijwi ryiwe ryo mu mutima riba nk’iryokeshejwe icuma, kandi kubera iki birimwo akaga? (lvs 23-24 ing. 17)
1Tm 4:13—Kubera iki Paulo yaremesheje Timoteyo kwijukira gusomera imbere y’abantu? (it-2 122 ing. 1-2)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Tm 4:1-16 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. Mutumire kw’ikoraniro. (th icigwa ca 11)
Inyigisho: (Imin. 4 canke idashika) lvs 207-209 ing. 20-21 (th icigwa ca 3)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) Nuhagarike inyigisho ya Bibiliya idatera imbere ubigiranye ubugwaneza.—Raba mwb19.02 7. (th icigwa ca 12)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ingaruka z’uguhahamira amaronko: (Imin. 7) Erekana ividewo ivuga ngo Dutegerezwa ‘kwiruka twihanganye’—Niwikureko ibikuremera bidakenewe. Nimuce muganira ku vyigwa mwahigiye.
“Kwihebera Imana canke kumenyereza umubiri”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ivyo ukwiye kumenya ku bijanye na siporo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 77
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 21 n’isengesho