Bariko barakora cane kuri Beteli y’i Wallkil, i New York
Ingene twotanguza ibiyago
●○○ MUGIHURA
Ikibazo: Hoba hazokwigera hagera igihe aho ata ndwara zizoba zikiriho?
Icanditswe: Yes 33:24
Ubukurikira: Ikibazo c’inzara kizotorerwa umuti gute?
○●○USUBIYEYO UBWA MBERE
Ikibazo: Ikibazo c’inzara kizotorerwa umuti gute?
Icanditswe: Zb 72:16
Ubukurikira: Abacu bapfuye boba bazosubira kubaho?
○○●USUBIYEYO UBWA KABIRI
Ikibazo: Abacu bapfuye boba bazosubira kubaho?
Icanditswe: Yoh 5:28, 29
Ubukurikira: Kubera iki twokwizigira ko ivyo Bibiliya yasezeranye bizoranguka?