ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Nzero rup. 6
  • “Isi yose yari ifise ururimi rumwe”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Isi yose yari ifise ururimi rumwe”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Woba uriko uravuga neza rwa “rurimi rutunganye”?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Tuvuge rwa “rurimi rutyoroye”
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Kubera iki wokwiga urundi rurimi?
    Urwaruka ruribaza
  • Indimi tuvuga zoba zakomotse kuri wa Munara w’i Babeli?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Nzero rup. 6
Abubatsi b’Umunara w’i Babeli ntibashobora kwumvikana kubera Yehova yayoberanije ururimi rwabo.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 9-11

“Isi yose yari ifise ururimi rumwe”

11:1-4, 6-9

Kugira ngo Yehova asanzaze abantu batagamburuka b’i Babeli, yarayoberanije ururimi rwabo. Muri iki gihe, ariko aregeranya isinzi rinini riva mu mahanga yose n’indimi zose, agatuma bavuga “ururimi rutyoroye” kugira ngo “bambaze izina rya Yehova, . . . bamukorere bahuje inama.” (Zf 3:9; Ivy 7:9) Urwo “rurimi rutyoroye” ni ukuri kwerekeye Yehova be n’imigambi yiwe dusanga mu Vyanditswe.

Kwiga ururimi rushasha si ugufata ku mutwe amajambo mashasha gusa. Bisaba no kwiga kwiyumvira mu buryo bushasha. Muri ubwo buryo nyene, uko twiga ururimi rushasha rwerekeye ukuri, ni ko n’imizirikanyi yacu ihinduka. (Rm 12:2) Ico ni igikorwa kibandanya, kikaba gifasha abasavyi b’Imana kuguma bunze ubumwe.​—1Kr 1:10.

Abavukanyi bariko barayaga bahimbawe imbere y’uko ikoraniro ritangura.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika