ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Nzero rup. 6
  • 27 Nzero–2 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 27 Nzero–2 Ruhuhuma
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Nzero rup. 6

27 Nzero–2 Ruhuhuma

ITANGURIRO 9-11

  • Ururirimbo rwa 101 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Isi yose yari ifise ururimi rumwe”: (Imin. 10)

    • It 11:1-4​—Hari abahisemwo kwubaka igisagara be n’umunara kugira barwanye igomba ry’Imana (it-1 255; it-2 111 ing. 6)

    • It 11:6-8​—Yehova yarayoberanije ururimi rwabo (it-2 111-112 ing. 7)

    • It 11:9​—Abo bantu baciye baheba kwubaka barasanzara (it-2 375)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 9:20-22, 24, 25​—Ni imvo iyihe yoba yaratumye Nowa avuma Kanani aho kuvuma Hamu? (it-1 421 ing. 4)

    • It 10:9, 10​—Ni mu buryo ki Nimurodi yari “umuhigi w’umunyenkomezi arwanya Yehova”? (it-2 403)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 10:6-32 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni igiki cerekana ko abo bamamaji bateguriye hamwe iri subirayo? Urya mwamamaji yaciriye inzira gute kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha maze aratanguza inyigisho?

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 4)

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri, uce utanguza inyigisho ya Bibiliya mu gitabu Bibiliya itwigisha iki? (th icigwa ca 2)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 60

  • “Nube umukozi w’umuhanga”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 101

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 56 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika