ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 8
  • Niwiheshe izina ryiza kandi urigumane

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwiheshe izina ryiza kandi urigumane
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ubuhemu ni bubi cane!
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nugaragaze urukundo rudahemuka
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Rusi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • “Umugore w’agahebuza”
    Niwigane ukwizera kwabo
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 8
Bowazi ariko arakeza Rusi igihe ariko aratorora mu murima.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwiheshe izina ryiza kandi urigumane

Rusi yarafashije abandi (Rs 3:10; w12 1/10 22 ing. 5)

Rusi yari azwi ko ari “umugore w’agahebuza” (Rs 3:11; w12 1/10 23 ing. 1)

Yehova yarabonye kamere nziza za Rusi maze aramuhezagira (Rs 4:11-13; w12 1/10 24 ing. 3)

Vuga kamere nziza zimwezimwe wipfuza ko zikuranga.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika