ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 2
  • Ubuhemu ni bubi cane!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubuhemu ni bubi cane!
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Yehova aha inguvu Samusoni
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Umugabo Akomeye Cane
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Niwiheshe izina ryiza kandi urigumane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Niwiheke kuri Yehova nka Samusoni
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 2
Samusoni aryamye ku bibero vya Delila mu gihe Delila ariko arahamagara umuntu aza kumwa Samusoni.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubuhemu ni bubi cane!

Delila yarohejwe guhemukira Samusoni kubera amahera (Abc 16:4, 5; w12 15/4 8 ing. 4)

Delila yagumye agobera Samusoni gushika amuhishuriye ibanga ryiwe (Abc 16:15-18; w05 15/1 27 ing. 5)

Abakirisu babwirizwa kuba intahemuka mu muryango no mw’ishengero (1Ts 2:10; w12 15/4 11-12 ing. 15-16)

Yehova araha impera abaguma ari intahemuka.​—Zb 18:25, 26.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika