ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 8
  • 31 Nzero–6 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 31 Nzero–6 Ruhuhuma
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 8

31 Nzero–6 Ruhuhuma

RUSI 3-4

  • Ururirimbo rwa 39 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Niwiheshe izina ryiza kandi urigumane”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Rs 4:6​—Ni mu buhe buryo umucunguzi yashobora ‘kwonona’ intoranwa yiwe igihe yemeye kuba umucunguzi? (w05 1/3 29 ing. 3)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Rs 4:7-22 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • “Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku​—Nufashe abatohoji ba Bibiliya kwitaba amakoraniro”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abo wigisha Bibiliya kwitaba amakoraniro.

  • Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 03, iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 24

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 6

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 144 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika