ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 8
  • Woba wigira ku makosa yawe?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Woba wigira ku makosa yawe?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Nokora iki igihe nkoze ikosa?
    Inyishu z’ibibazo 10 urwaruka rwibaza
  • Nokwifata gute igihe nakoze ikosa?
    Urwaruka ruribaza
  • Niwigane ukuntu Yehova akoresha ubukuru
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nitubone amakosa mu buryo bubereye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 8
Mushiki wacu ariko arasoma Bibiliya yongera azirikana ivyo Adoniya yakoze. Udufoto: 1. Adoniya yumiye ku mahembe y’igicaniro. 2. Adoniya ariko aringinga Batisheba.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba wigira ku makosa yawe?

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 1 Abami.]

Adoniya yaragiriwe imbabazi inyuma y’aho agiriye umugambi mubi wo kwigira umwami (1Bm 1:5, 52, 53; it-2 870 ing. 3)

Adoniya ntiyigiye ku makosa yiwe, bituma ashikirwa n’ingaruka zibabaje (1Bm 2:15-17, 22, 23; it-1 48)

Umuntu w’inkerebutsi arigira ku makosa yiwe. Biraba vyiza kuruta yigiye no ku makosa y’abandi.​—1Kr 10:11.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika