ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 11
  • Niwigane ukuntu Yehova akoresha ubukuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwigane ukuntu Yehova akoresha ubukuru
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Yakoresheje ubukuru bwiwe ata bwikunzi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • 15 Urusengero mu gihe ca Salomo
    Bibiliya y’isi nshasha
  • Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 11

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwigane ukuntu Yehova akoresha ubukuru

Yehova afise ubukuru kaminuza (1Bm 22:19; it-1 1266)

Yehova aratera iteka abo atwara (1Bm 22:20-22; w21.02 4 ing. 9)

Yehova yarahezagiye igikorwa c’umumarayika (1Bm 22:23; it-2 255)

Serugo ariko arayobora ugusenga kwo mu muryango ari kumwe n’umugore wiwe n’agakobwa kiwe. Aramwenyura igihe agakobwa kiwe kariko karaserura iryo kagona gashwashwanutse.

Abakurambere n’abakuru b’imiryango ni bo ahanini babwirizwa kwigana uburyo Yehova akoresha ubukuru. (Ef 6:4; 1Pt 3:7; 5:2, 3) Ivyo babikoze, biratuma abo mu muryango n’abagize ishengero bahimbarwa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika