ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 6
  • Yakoresheje ubukuru bwiwe ata bwikunzi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yakoresheje ubukuru bwiwe ata bwikunzi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Nufashe abandi bakore ivyo boshobora gukora vyose
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Niwigane ukuntu Yehova akoresha ubukuru
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yakoresheje ubukuru bwiwe ata bwikunzi

Morudekayi yararonse ubukuru budasanzwe (Est 9:4; it-2 346 ing. 1)

Yaratanguje umusi mukuru wa buri mwaka kugira atere iteka Yehova (Est 9:​20-22, 26-28; it-2 628 ing. 4)

Yarakora ku neza y’abasavyi b’Imana (Est 10:3)

Umukurambere akiri muto afashe ukuboko mushiki wacu yitereye mu myaka bari mu ndimiro.

Muri iki gihe, abafise ubukuru kanaka mw’ishirahamwe rya Yehova barakora uko bashoboye kwose kugira bigane akarorero ka Morudekayi.—cl 101-102 ing. 12-13.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika