ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Rusama rup. 15
  • Nuronkere umunezero mu gutanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nuronkere umunezero mu gutanguza ibiyago
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ingingo zerekana ko twizigira Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • «Abafise agatima kabereye» bazokwemera inkuru nziza
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
  • Kurikirana iterambere ryawe
    Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Niwifate ruto wemere ko hari ivyo utazi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Rusama rup. 15

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nuronkere umunezero mu gutanguza ibiyago

Gutanguza ibiyago akaryo kizanye ni bumwe mu buryo bushimishije kandi kirumara cane bwo gushinga intahe. Naho ari uko, hamwe twoshira umutima cane ku kuntu tuza kwinjiza iciyumviro co mu Vyanditswe, twoshobora guhagarika umutima twibaza ukuntu twotanguza ikiyago. Aho guhagarika umutima birenze ku vyo uza kuvuga mu gushinga intahe, niwibande ku kwerekana ko witwararitse abo muyaga. (Mt 22:39; Fp 2:4) Nimba mu kiyago uronse akaryo ko gushingira intahe ukuri, hariho ibikoresho vyinshi cane vyogufasha.

Ibikoresho bikurikira vyogufasha gute gushinga intahe igihe hari ikibazo kivyutse muri mu kiyago?

Udukarata twa JW.ORG.
Adrese y’urubuga rwa jw.org.
Udufoto: Udupapuro tw’inkuru nziza dutandukanye. 1. “Ubona gute Bibiliya?” 2. “Ubona gute kazoza?” 3. “Ni igiki cotuma mu rugo harangwa agahimbare?” 4. “Ni nde vy’ukuri aganza isi?” 5. “Imibabaro yoba izoteba igahera?” 6. “Abapfuye boba vy’ukuri bashobora kwongera kubaho?” 7. “Ubwami bw’Imana ni iki?” 8. “Twokura he inyishu z’ibibazo bihambaye vyerekeye ubuzima?”

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO “ICUMA GIKARISHWA N’ICUMA”​—GUTANGUZA IBIYAGO, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:

Ni ibintu bitatu ibihe vyodufasha kuryohora ubuhanga bwacu bwo kuyaga n’abantu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika