13-19 NDAMUKIZA
YESAYA 52-53
Ururirimbo rwa 18 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
Yezu agiye kwicwa
1. Yezu yarerekanye urukundo rudasanzwe
(Imin. 10)
Yezu yosuzuguwe (Yes 53:3; Mt 26:67, 68; w10 15/11 7 ing. 2)
Yezu yokwemeye gutezwa amarushwa (Yes 53:7; ip-2 205 ing. 25)
Urukundo ni rwo rwatumye Yezu yemera kubabazwa ngo akore ivyo Yehova ashaka yongere yikorere ibicumuro vyacu (Yes 53:10-12; Yoh 14:31; 15:13)
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Yes 52:11—Twoshira mu ngiro gute iryo tegeko? (it «Ustensiles» ing. 2)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Yes 53:3-12 (th icigwa ca 10)
4. Gutanguza ikiyago
(Imin. 4) INZU KU NZU. Numusabe mwige Bibiliya. (lmd icigwa ca 4 iciyumviro ca 4)
5. Gutanguza ikiyago
(Imin. 3) INZU KU NZU. Numubwire ukuri ukuye mu nyongera ya A mu gatabu Nukunde abantu. (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 3)
6. Gukurikirana abashimishijwe
(Imin. 5) INZU KU NZU. Nusabe kwigisha Bibiliya umuntu yitavye Icibutso. (lmd icigwa ca 8 iciyumviro ca 3)
Ururirimbo rwa 20
7. Nube umugenzi wa Yehova—Ikintu kiranga urukundo kuruta ibindi vyose
(Imin. 15) Guhana ijambo.
Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:
Ni gute incungu ya Yezu ari ingabire?
Twokwerekana gute ko tuyikenguruka?
8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) lfb icigwa ca 76-77