ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 788
  • Esiteri: ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Esiteri: ibirimwo
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Ivyo bijanye
  • Morodekayi na Esiteri
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Yakoranye ubukerebutsi, ubutwari n’umutima uzira ubwikunzi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Esiteri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Esiteri arokora abantu b’iwabo
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
Ibindi
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Esiteri: ibirimwo

ESITERI

IBIRIMWO MURI MAKE

  • 1

    • Inzimano z’umwami Ahasuwerusi i Shushani (1-9)

    • Umwamikazi Vashiti agambarara (10-12)

    • Umwami ahanuza inkerebutsi ziwe (13-20)

    • Itegeko ry’umwami rirungikwa (21, 22)

  • 2

    • Barondera uwundi mwamikazi (1-14)

    • Esiteri aba umwamikazi (15-20)

    • Morudekayi ahishura umugambi mubi (21-23)

  • 3

    • Umwami aduza igiti Hamani (1-4)

    • Umugambi wa Hamani wo guhonya Abayuda (5-15)

  • 4

    • Morudekayi arira akaboroga (1-5)

    • Morudekayi asaba Esiteri ngo abavugire (6-17)

  • 5

    • Esiteri arenguka imbere y’umwami (1-8)

    • Ishavu rya Hamani n’ubwibone bwiwe (9-14)

  • 6

    • Umwami atera iteka Morudekayi (1-14)

  • 7

    • Esiteri arega Hamani (1-6a)

    • Hamani amanikwa ku giti yateguye (6b-10)

  • 8

    • Morudekayi aduzwa igiti (1, 2)

    • Esiteri atakambira umwami (3-6)

    • Itegeko ry’umwami rivuguruza irya mbere (7-14)

    • Abayuda biruhutsa, bakagira umunezero (15-17)

  • 9

    • Intsinzi y’Abayuda (1-19)

    • Umusi mukuru wa Purimu ushingwa (20-32)

  • 10

    • Ubukuru Morudekayi yari afise (1-3)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika