ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 7/10 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Be maso!—2010
  • Ivyo bijanye
  • Urashobora gutahukana intsinzi!
    Be maso!—2010
  • Nukomeze umwiyemezo wawe
    Be maso!—2010
  • Ibirimwo
    Be maso!—2025
  • Nurondere imfashanyo
    Be maso!—2010
Ibindi
Be maso!—2010
g 7/10 rup. 1-2

Ibirimwo

Mukakaro–Nyakanga 2010

Ingene umuntu yoheba kunywa itabi

Nimba unywa itabi, woba wipfuza kuriheba? Nusome ukuntu ushobora gutsinda iyo ngeso yizizira umuntu itwara amahera menshi kandi ibangamira cane ubuzima.

3 Umugenzi mubi

4 Nukomeze umwiyemezo wawe

5 Nurondere imfashanyo

6 Niwitegurire gutsinda intambamyi

9 Urashobora gutahukana intsinzi!

10 Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe

11 Nukingire umuryango wawe akamangu

14 Twisunze Bibiliya Woba ukwiye kuriha ibikorwa ukorerwa mu vy’idini?

16 Abavyeyi bafise amagara meza bibaruka abana bafise amagara meza

20 Urwaruka ruribaza—Guhuza ibitsina vyoba bizotuma turushiriza gukundana?

23 Ndahimbawe naho mfise ubumuga bukomeye

25 Woba ukeneye umwanya wiyongereye?

26 Ingene wocungera umwanya wawe

29 Uburyo 20 bwo kuronka umwanya wiyongereye

31 Nurondere umwanya wo gukora ibintu bihambaye

32 “Nugume wiyegereje Yehova!”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika