Ibirimwo
Nzero 2013
© 2013 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO: Igisha abana kwitaho abandi mw’isi y’ubwikunzi 8-11
RABA N’IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
IMIYABAGA
URWARUKA RURIBAZA . . .
Nokora iki hagize uwuguma ambuza amahoro arondera ko dusambana?
Uwitwa Coretta avuga ati: “Igihe nari mu mashure yisumbuye, abahungu barakunda kunca inyuma bagakwega isutiye nambaye bagaca bambwira amajambo y’agasotoro nk’aya ngo: ‘Urazi ukuntu wokwumva umerewe neza uramutse wemeye kuryamana natwe?’” Wewe wari gukora iki? Igihe woba uzi ingene wovyifatamwo vyokworoha ko utuma abantu nk’abo babihagarika!
ABANA
AGAKORWA KAJANYE N’AMASHUSHO
Nuvome iyo shusho kuri Internet uce uyisohora ku rupapuro. Nukorane ako gakorwa n’abana bawe. Nubafashe kurushiriza kumenya abantu bavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu ziri muri yo.