Ibirimwo
Ruhuhuma 2013
© 2013 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO: WOKWITEGA IKI KU BUZIMA BWO MU MAHANGA? 6-9
RABA IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
www.pr418.com
IMIYABAGA
URWARUKA RURIBAZA . . .
Ni ibiki ukwiye kumenya ku bijanye n’ukwandikiranira n’abandi kuri telefone?
Ukoresheje neza ubwo buhinga vyogufasha guhanahana amakuru n’abandi. Kubukoresha nabi birashobora kwonona ubucuti ufitaniye n’abandi, bikanatuma uvugwa nabi. Niwisomere ivyogufasha kumenya uwo wokwandikira, ivyo womwandikira be n’igihe womwandikira.
(Raba ahavuga ngo LA BIBLE ET VOUS/ADOLESCENTS)
ABANA
Nusome izi nkuru zo muri Bibiliya zerekanywe mu mashusho. Nukoreshe impapuro ziriko ayo mashusho kugira ngo ufashe abana bawe kurushiriza kumenya abavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu.
(Raba ahavuga ngo LA BIBLE ET VOUS/ENFANTS)