IVYOFASHA ABATUNTUYE
Muri iyi nomero: Ivyofasha abatuntuye
INTUNTU YO KUBURA UWAWE
Wodondora gute intuntu yo kubura uwawe? Kubera iki ababuze ababo bakeneye guhumurizwa?
IVYO WOKWITEGA
Iki kiganiro kirerekana ivyiyumviro bitari vyo ku bijanye n’ingene abantu batuntura, kikerekana n’ibikunze gushikira benshi iyo babuze ababo. Nimba utuntujwe n’ukubura, raba ibintu bitandukanye ushobora kwitega.
IVYOGUFASHA KWIHANGANIRA INTUNTU
Ni ibiki vyogufasha kwihanganira intuntu? Iki kiganiro kiratanga ivyiyumviro bitomoye vyafashije abatari bake kandi bishingiye ku mpanuro zidata igihe.
IMFASHANYO NZIZA KURUTA
Raba isôko abenshi barondereyemwo uruhoza mu bihe bitoroshe, uheze wibonere ingene ryogufasha nawe.