ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g20 no. 1 rup. 3
  • Woba ufise umwitwarariko?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Woba ufise umwitwarariko?
  • Be maso!—2020
  • Ivyo bijanye
  • Novyifatamwo gute mu mikazo yo kw’ishure?
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 1
  • Umwitwarariko ni iki?
    Be maso!—2020
  • Ibirimwo
    Be maso!—2020
  • Wokora iki ufise umwitwarariko?
    Be maso!—2020
Ibindi
Be maso!—2020
g20 no. 1 rup. 3
Umugore arengewe n’umwitwarariko ku kazi aricurikiriye kandi arababaye cane.

INGENE WOGABANYA UMWITWARARIKO

Woba ufise umwitwarariko?

“Twese turagira umwitwarariko ku rugero kanaka, mugabo jeho urandengeye. Sindawuterwa n’ingorane ikomeye imwe gusa, ariko ndawuterwa n’ibintu vyinshi, ingorane zanje bwite, be n’urugamba rudahera rwo kwitwararika umugabo wanje agize kurwara ku mubiri no mu mutwe.”​—Vyavuzwe na Jill.a

“Umugore yarantaye, nca nsigara nireranye abana babiri. Rwari urugamba kubarera jenyene. N’icaje gisongera isibe, baranyirukanye ku kazi, ndabura n’amahera yo kuriha impapuro z’imodoka yanje. Sinabona ico ndi bukore. Nararengewe n’umwitwarariko. Kubera nari nzi neza ko kwiyahura ari bibi, naciye nsaba Imana ngo inyice bihere biheze.”​—Vyavuzwe na Barry.

Vyoba bishika ukumva urengewe n’umwitwarariko (stress) nk’ukwo kwa Jill na Barry? Nimba bishika, ibiganiro bikurikira birashobora kuguhumuriza no kugufasha. Biraca irya n’ino ibintu bikunze gutuma abantu barengerwa n’umwitwarariko, ingene ugira ico udukozeko be n’ingene twowugabanya.

a Si ko basanzwe bitwa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika