ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • lfb rup. 122-123
  • Intangamarara y’igihimba ca 9

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intangamarara y’igihimba ca 9
  • Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Yehoyada ntiyatinya
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Yowasi yarahevye Yehova kubera abagenzi babi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Yarakingiye umwami yava mu muryango wa Dawidi
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Karipfuje kugira ico gafashije
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Ibindi
Ivyigwa dukura muri Bibiliya
lfb rup. 122-123
Agakobwa k’Akisirayeli kariko karavugana n’umugore wa Namani, uwari arwaye imibembe

Intangamarara y’igihimba ca 9

Iki gihimba kiratubwira ibijanye n’abakiri bato, abahanuzi hamwe n’abami bizigiye Yehova bimwe bidasanzwe. Muri Siriya, agakobwa k’Akisirayeli karizigiye ko umuhanuzi wa Yehova yari ashoboye gukiza Namani. Umuhanuzi Elisha yarizigira adakeka ko Yehova ashoboye kumukingira ingabo z’abansi. Umuherezi mukuru Yehoyada yaremeye gushira ubuzima bwiwe mu kaga, arakingira agahungu kitwa Yehowasi ngo inakuru wako Ataliya ntakice. Umwami Hezekiya yarizigiye ko Yehova yorokoye Yeruzalemu, ntiyatinya iterabwoba ry’Abashuri. Umwami Yosiya yarakuye mu gihugu ivyo gusenga ibigirwamana, arasanura urusengero yongera arasubizaho ugusenga kw’ukuri.

IVYIYUMVIRO NYAMUKURU

  • Urashobora kuvugira Yehova naho woba ukiri umwana

  • Igihe dukoze ivyiza, Yehova adusezeranira kudushigikira

  • Cokimwe na Yona, niwige gukurikiza ubuyobozi Yehova atanga kandi ntiwidoge igihe ibintu bitagenze nk’uko ushaka

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika