Ivyo wize vyoba vyarakuryoheye?
Integuro icapuwe
Woba woshima kumenya n’ibindi vyinshi Bibiliya yigisha?
Iyi ni imponjo gusa y’ibiri mu gitabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya.
Ico gitabu ntitukigurisha kandi tukikwigisha ku buntu. Tuzohimbarwa no kuyaga nawe ku mwanya n’ikibanza bikworohera.
Muri ivyo vyigwa, uzomenya ibintu vyinshi, nk’ivyerekeye:
Igituma turiho
Ukuntu tworonka amahoro yo mu mutima
Ingene abagize imiryango boronka agahimbare
Ivyo Bibiliya isezerana ku bijanye na kazoza
Kugira uronke ico gitabu maze ubandanye kwiga Bibiliya, nugisabe Icabona ca Yehova canke usabe kwiga Bibiliya uciye kuri jw.org.