ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wcg rup. 14-15
  • Igicapo c’igice ca 1

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Igicapo c’igice ca 1
  • Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Imbere y’umwuzure
  • Inyuma y’umwuzure
  • Igihe c’abacamanza
  • Ibintu bihambaye vyabaye
  • Igicapo c’igice ca 2
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Igicapo c’igice ca 3
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Ingene wotora aho icanditswe kinaka giherereye muri Bibiliya
    Ibindi biganiro
  • Umurongo werekana ibihe
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
Ibindi
Gendana n’Imana n’umutima rugabo
wcg rup. 14-15

Igicapo c’igice ca 1

Integuro icapuwe
Igicapo cerekana ikiringo abantu bavugwa mu Gice ca 1 babayeho n’ibintu bihambaye vyabaye bivugwa muri Bibiliya vyerekanwa ku gicapo.

Kuva mu gihe ca ba sekuruza b’imiryango gushika mu gihe c’abacamanza

Imbere y’umwuzure

UMUNTU

UMWAKA

Adamu

4026-​3096 M.K.

Henoki

3404-​3039 M.K.

Nowa

2970-​2020 M.K.

Inyuma y’umwuzure

UMUNTU

UMWAKA

Aburahamu

2018-​1843 M.K.

Sara

2008-​1881 M.K.

Rebeka

1900*-1775* M.K.

Yakobo

1858-​1711 M.K.

Yozefu

1767-​1657 M.K.

Shifura, Puwa, Amuramu, Yokebedi, Miriyamua

1645*-1474* M.K.

Musa

1593-​1473 M.K.

Kalebu

1552-​1450* M.K.

Yosuwa

1560*-1450* M.K.

Rahabu

1500*-1400* M.K.

*Umwaka wiyumvirwa.

Igihe c’abacamanza

UMUNTU

UMWAKA

Nawomi, Rusi, Debora, Baraki, Yayeli, Gideyoni, Samusoni, Yefuta n’umukobwa wiweb

1450*-1120* M.K.

Samweli

1180*-1080* M.K.

*Umwaka wiyumvirwa.

Ibintu bihambaye vyabaye

Ubwato buriko burareremba ku mazi y’isegenya.

2370 M.K.

Umwuzure kw’isi yose

Aburahamu araramye araba inyenyeri.

1943 M.K.

Isezerano Imana yagiranye na Aburahamu rija mu ngiro

Yakobo n’umuryango wiwe. Nka hariya hari piramide zo mu Misiri.

1728 M.K.

Umuryango wa Yakobo winjira mu Misiri

1600c M.K.

INTWARO NGANZASI: Misiri

Musa adugije inkoni yiwe Yehova agaca acamwo kubiri ikiyaga Gitukura kikamera nk’ibihome amahero bibiri.

1513 M.K.

Bava mu Misiri

Kalebu na Yosuwa bariko barihweza igihugu c’isezerano.

1473 M.K.

Abisirayeli binjira i Kanani

Umwami Sawuli.

1117 M.K.

Samweli arobanura Sawuli ngo abe umwami

a Uyu murongo werekana ikiringo abo bantu bose babereyeho.

b Uwo murongo werekana ikiringo c’imyaka 330. Umwe wese yabayeho imyaka idashika 330 kandi igihe umwe wese yavukiyeko n’igihe yapfiriyeko ntikizwi neza.

c Umwaka wiyumvirwa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika