ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w12 1/8 rup. 24-25
  • Ivyigwa vyanje vya Bibiliya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Ivyo bijanye
  • Icigwa ca 3
    Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
  • Nzorondera kumenya Imana
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Kwitegurira kuja mu ndimiro
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Yararwaniye Imana yiwe adahemuka
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
w12 1/8 rup. 24-25

Ivyigwa vyanje vya Bibiliya

ABANA BATARENZA IMYAKA 3

Kalebu aramenye ko umugenzi wiwe arwaye.

Aciye rero yibwira ati: “Ndazi ico nza gukora.

Ndamwandikira agakete kugira yumve mitende, mpejeje nce ndakamushira!”

Nugaragarize mugenzawe umutima mwiza, mwese muzokwumva muryohewe! 1 Petero 3:8

KORA IBI

Saba umwana wawe yerekane:

Inzu

Imeza

Kalebu

Izuba

Inyoni

Igiti

Nubwire umwana wawe umugenzi atamerewe neza, muce muvugana ingene mwempi mwomuremesha.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika